Umugambi Tuyage mw’iterambere ry’umukenyezi,abahuye nawo barashima
Umugambi Tuyage mw’iterambere ry’umukenyezi,abahuye nawo barashima Muri kahise umukenyezi yari umuzezwanzu,umunyaruhimbi,umwambarandende….Ibikorwa vyiwe vyari uguteka ,ukurera abana,gusya,gusenya,kuvoma…..muri make ni ibikorwa bito bito bitazana amafaranga.Umugore yarindira uburyo buzanywe n’umugabo kugira aronke impuzu,uburyo bwo kwivuza n’ibindi .Mu ntumbero yawo, umugambi Tuyage uriko urakora kugira umukenyezi w’umurundikazi yisununure mu butunzi areke kwama ateze amashi.Intahe . Oda Nindorera ni umukenyezi […]
Ukwitunganiriza imigambi mu bakenyezi: umugambi Tuyage wankuye habi unshira heza
Ukwitunganiriza imigambi mu bakenyezi: umugambi Tuyage wankuye habi unshira heza Imbere yo kuronswa inyigisho z’umugambi Tuyage,Consolate Nahimana wo mu Ruziba ntiyashobora kwunganira umugabo wiwe kuko yaguma i muhira arindiriye ico serugo azana .Tuyage umaze kuhashika ,Nahimana yararonse ubumenyi bujanye no kuziganya no kuguranana . Uyu musi arashima ko yateye intambwe mu kuronka uburyo nawe akaba […]
Ubugabo nyabwo,uburyo bwiza bwo kurwanya amabi afatiye ku gitsina
Ubugabo nyabwo,uburyo bwiza bwo kurwanya amabi afatiye ku gitsina Kuva igenekerezo rya 25 Munyonyo gushika kuwa 10 Kigarama hari isekeza ry’imisi 16 yahariwe ukurwanya amabi ashingiye ku gitsina.Inkurikizi zayo mabi ni nyinshi haba kuwayakorewe,umuryango wiwe ,igihugu ndetse n’isi yose.Ni muri iyo ntumbero kuwa kane igenekerezo rya 30 munyonyo 2022 CENAP ,ikigo cishinze kubura no gukinga […]
Kuziganya no kuguranana: ikiyago hagati y’umugabo n’umugore ni nkenerwa cane
Kuziganya no kuguranana: ikiyago hagati y’umugabo n’umugore ni nkenerwa cane Birazwi ko urugo ari babiri,mu guteza imbere umuryango harakenerwa umwumvikano hagati y’umugabo n’umugore.Iyo ikiyago kibuze,imigambi y’umwe irashobora kuburizwamwo maze hakaba uruhombo . Nemeyimana Aster ,akorera igisata co kwishuza muri SOFEPAC aratubwira inzitizi bahurira mu bikorwa vyo kugurana abari mu mashirahamwe y’abakenyezi. Jacqueline Niyonkuru ni umukenyezi […]
Amashirahamwe yo kuziganya no kuguranana,inzira y’iterambere mu miryango
Amashirahamwe yo kuziganya no kuguranana,inzira y’iterambere mu miryango Kuwa gatanu igenekerezo rya 28 Gitugutu ni umusi mpuzamakungu wahariwe ukuziganya.Uburundi bwarifadikanije n’ibindi bihugu mu kuwuhimbaza ku civugo kugira kiti: »uruhara rw’abakenyezi b’imboneza mw’iterambere ry’umukenyezi w’umurundikazi ».Ibirori vyabereye i Bujumbura kuri Hôtel Royal Palace ahari hakoraniye amashirahamwe y’abakenyezi akorera mu kuziganya no kuguranana ,imigwi hamwe n’amashirahamwe yo kuguranana.Muri ino […]
Ingorane y’ukwikengera,kimwe mu bibuza iterambere ry’umukenyezi
Ingorane y’ukwikengera,kimwe mu bibuza iterambere ry’umukenyezi Nkuko biri mu mugambi w’igihugu uraba ibijanye n’ukungana kw’ibitsina PNG 2012-2025( Programme National Genre),ubusumbasumbane hagati y’imiryango buratosekaza ikibano ciza.Ikindi n’uko ukurwanya ubukene bidashoboka mu gihe bikozwe umukenyezi asigaye inyuma.Muri ino nkuru tubasangiza umwihwezo wa Euphrasie Bigirimana,umwe mu bakenyezi b’imboneza,yahoze ari umushikiranganji w’ubudandaji akongera akaba n’umwigisha muri kaminuza. Mu […]
Abakenyezi mu burongozi,imico n’imigenzo ibakumira ikwiye kuvaho
Abakenyezi mu burongozi,imico n’imigenzo ibakumira ikwiye kuvaho Haba mu bibanza vyo gufata ingingo canke mu buzima busanzwe hari imvugo zishira hejuru umugabo maze umugore zikamushira ku rwego rwo hasi.Uturorero ni twinshi ,turabibonera ku mazina amwe amwe : umuzezwanzu,umunyaruhimbi,umunyakigo….Naho bitakivugwa cane,inyifato zimwe zirerekana ko ataho vyagiye,haracariho abigeme batorwa mu mabanga bakanka ngo ntavyo bashoboye.Ariko abatari […]
Geneviève Icoyitungiye: Nahora ndi umupangayi none ubu ndapangishije kubera kudandaza irengarenga n’intore
Nahora ndi umupangayi none ubu ndapangishije kubera kudandaza irengarenga n’intore Akenshi muri quartier turakunze kwumva abatembereza ivyo kurya ku mutwe .Bamwe wumva bavuga ngo : »za ntore za ntore,za rengarenga za rengarenga…. ».Umuryango wa Jean Ntawe na Geneviève Icoyitungiye babikoze imisi itari mike.Kubera babikoranye umwete Ubu bakorera mu kibanza,baguze parcelle ku Mugoboka kandi i ruhande yo gutunga […]
MPAWENIMANA Jean Pierre : Aremeza ko atanguye gushigikira umugore wiwe mu kumufasha ibikorwa bisa nk’aho vyahariwe abagore gusa vyatumye batera intambwe mw’iterambere ry’urugo.
MPAWENIMANA Jean Pierre : Aremeza ko atanguye gushigikira umugore wiwe mu kumufasha ibikorwa bisa nk’aho vyahariwe abagore gusa vyatumye batera intambwe mw’iterambere ry’urugo. Uko ubwa mbere yabitahura… “Nitwa MPAWENIMANA Jean Pierre, mba ku mutumba Kididiri, agacimbiri Kididiri muri Komine ya Busiga. Vyukuri ntibesheye ubwa mbere jewe sinatahura na gatoya umugabo ateka, aterura umwana, n’ibindi bikorwa nyene […]
NSHEMEZIMANA Pascal : aremeza ko kuvavanura n’imico n’imigenzo ituma abagabo badafasha abagore babo ibikorwa vyo mu rugo bisa nk’aho vyahariwe abagore gusa bituma mu rugo haba umwuvikano n’iterambere.
NSHEMEZIMANA Pascal : aremeza ko kuvavanura n’imico n’imigenzo ituma abagabo badafasha abagore babo ibikorwa vyo mu rugo bisa nk’aho vyahariwe abagore gusa bituma mu rugo haba umwuvikano n’iterambere. Icamuteye kubona ko bikenewe… « Nitwa NSHEMEZIMANA Pascal nkaba mba muri Komine Busiga, zone Mihigo, umutumba Kididiri, agacimbiri Kasenyamisange-Kamigara. Jewe nakunze mbona nyene mu kibano abagabo benshi badafasha […]